Yanga SC yegukanye igikombe cya shampiyona ya Tanzania ku nshuro ya Kane yikurikiranya nyuma yo Gutsinda Simba SC ibitego 2-0
Ikipe ya Yanga SC yatsinze Simba SC ibitego 2-0 m’umukino w’ikirane w’umunsi wa 23 wa shampiyona ya Tanzania utarabereye igihe, n’ibitego byatsinzwe na Pacome Zouzoua ku munota wa 66 na Clement Mzize ku munota wa 86 ihita yegukana igikombe cya shampiyona ya Tanzania ku nshuro ya kane yikurikiranya warumukino warutegerejwe n’abantu benshi cyane kuko usibye […]